6 réflexions au sujet de « Des burundais d’Europe ont manifesté à Bruxelles pour dénoncer le massacre des réfugiés à Kamanyola »

  1. Nti duhendane ivyo Nivyo abaryabandi babichayeko bakoresha ngo Isi Iri muguhera. Ninde yavuganye n,Uhoraho murabo bavuga uko??? Abantu bicha abandi babicha mukubahora amako,amadi,intara,ubwoko,nibijuju Gusa,nububeshi.ariko umunsi umwe bazobibazwa. Ameen

    J’aime

  2. Debut la nation hima, plus jamais. Manifeste contre le criminel Nkuru. Oublie les baganwa dont on a usurpe le trône, on se concentre sur le territoire Congolais. On se concentre et On manifeste contre les tueries sur le territoire congolais…

    J’aime

  3. Ntahitangiye, Nuze witonda muvyu uvuga kuko Umwicanyi n’umwicanyi, ntawogupfa,, Aba bariko baricana ingero yaba n’urupfu, Wishire mukibanza cababuze ab’abo hama ucuvuga ivyo wishakiye, Abarundi dusigaye umengo twarataye umutwe, Umuntu dusigaye tumubona mwo umugambwe canke ubwoko, Ivyo birahera Ntahitangiye kandi bigahera nabi, fata inzira y’urukundo mwenewacu, mukunde benewanyu nkuko mwikunda hama, murabe ingene uburundi Butera imbere Kazoza kabe keza  » NDIHO abane namwe abahindure, murakoze

    J’aime

    1. Ingoma zose zo kwisi yacu zama zigenda zikuranwa. Abanka Imana ntibayisenge bazopha kandi ntawuzobibuka. Tereza amaso Abatwaza igitugu ingene bahejeje nabi. N’akamanyu k’umutsima gusa akandi kamanyu karabaniga impera n’imperuka. NDIHO abatunganye mu mitima yabo bansumirinda. Ibuka MANDELA, RWAGASORE, Thomas SANKARA n’abandi tuzi bapfiriye ibihugu vyabo, Infura za Africa, Intwari zatabarutse zigasiga izina mu makungu ubu zicaranye na YESU Mwijuru kwa JAMBO. Amen

      J’aime

  4. Aba bantu baratakaje umutwe. Ni sindumuja bihishije inyuma yabino bintu. comment uvuga ko uriko wibuka abarundi bapfiriye congo hama ukazana ama pancartes abaza NKURUNZIZA ngo Leopold ari hehe. Murateye ikigongwe. Mbe hoho ko mbona ari ba sindumuja gusa bafashe iyambere? muzopfa muyerera nkagahini

    J’aime

Laisser un commentaire