2 réflexions au sujet de « Après la disparition de leurs chefs, le FPB se dotent d’un nouveau leadership »

  1. Umusirikare umwe yabaye Demobilise twaraganiriye ambwira ngo igisoda niciza cane mugabo ngo gifise inyuma habi,none ga nkuwo hayohoze avugira igisirikare c’uburundi atarukwiyararaza,nmuguta umwanya,aho arabonako ariyo nzira yurukiza yatoye,canke abarundi batwita ibijuju,kera ko aba rebelles babahutu twababika,tukabagaburira,kubera twabonako bariko baturwanira kuko igisoda ca Buyoya cari camaze zina muhutu,none uwo mututsi Manirakiza wewe yadutse gute,yobika nande,akagaburirwa nande,Uwo muhutu barikumwe nawe nigikanganyoni,ni fuguratif,ntaco asiguye nimikenyuro yabatutsi kugira bikunde abahutu bamere nkabotahura,ivyabaye mu RWANDA vyaduhaye icirwa gikomeye cane,nimba atari igihugu kindi kizotera uburundi,aba rebelles ntaco bazohindura.ICO NEMERA NIBIGANIRO BIDAKUMIRA ATARI BIMWE VYOKUGABURA IBITI GUSA BWACA ABANDI NGO NATANZWE.

    J’aime

Laisser un commentaire